InsigamiganiInsigamigani: Ageze mu gahinga ka YihandeRutebezamacumuJuly 14, 2024July 30, 2024 by RutebezamacumuJuly 14, 2024July 30, 20240114 Uyu mugani bawuca iya babonye umuntu uri mu kaga yabuze epfo na ruguru, ni bwo bagira,bati: «Ageze mu gahinga ka Yihande!» Waturutse kuri Yihande se...